Inyifato y'Urwanko
Insiguro ya poritike
HINDURA URUTONDE RW'IVYAKOZWE
Uyu musi
7 Nzero 2025
29 Ruhuhuma 2024
5 Kigarama 2023
25 Rusama 2023
23 Munyonyo 2022
28 Mukakaro 2022
30 Ruheshi 2022
24 Munyonyo 2021
28 Gitugutu 2021
23 Ruheshi 2021
28 Nzero 2021
18 Munyonyo 2020
12 Gitugutu 2020
23 Nyakanga 2020
11 Myandagaro 2020
30 Mukakaro 2020
22 Ruheshi 2020
26 Ntwarante 2020
27 Ruhuhuma 2020
16 Kigarama 2019
30 Gitugutu 2019
26 Myandagaro 2019
30 Mukakaro 2019
1 Mukakaro 2019
20 Ntwarante 2019
31 Myandagaro 2018
25 Rusama 2018
Uko abakoresha urubuga biyumva baruriko
Raba uburorero bumwebumwe bw'ingene iyububahirizwa ry'amategeko rimeze ku bantu bari kuri Facebook, nk'ibi bikurikira: ingene kuvuga ko hari ikintu kidakwiye kuba kuri Facebook bimeze, kubwirwa yuko wahonyanze Amategeko Ngenderwako yacu hamwe no kubona ikiyo kikugabisha ku makuru kanaka ari ku rubuga.
Menya neza: Tuguma na ntaryo dutunganya neza ibikorwa vyacu, ni co gituma ivyo uriko urabona ngaha bishobora kuba vyarataye igihe ugereranije n'ivyo dukoresha muri iki gihe.
UKO ABAKORESHA URUBUGA BIYUMVA BARURIKO
Kudoma urutoke ku bitagenda neza
UKO UWUKORESHA URUBUGA YIYUMVA ARURIKO
Guhanahana amakuru inyuma yo kuvuga ko hari ikitagenda neza
UKO UWUKORESHA URUBUGA YIYUMVA ARURIKO
Uko gukura amakuru ku rubuga bimeze
UKO UWUKORESHA URUBUGA YIYUMVA ARURIKO
Ubutumwa bugabisha bwo ku kiyo
Amakuru
Raba icegeranyo canyuma c'Ishirwa mu Ngiro ry'Amategeko Ngenderwako
Gutuma abantu bubahiriza amategeko
Dufise amategeko ameze kumwe ahantu hose kw'isi, ku bantu bose bakoresha Facebook.
Imigwi y'abagenzuzi
Umugwi wo kw'isi yose wacu w'abagenzuzi ugizwe n'abantu barenga 15000 bakora imisi yose kugira ngo bakingire abantu bari kuri Facebook.
Ukwiyemeza kw'abafatanyabikorwa
Abahinga, abarimu mu ma kaminuza, amashirahamwe yigenga n'abashiraho amategeko badakorera ishirahamwe ryacu, barafasha mu gutanga amakuru yisungwa mu Mategeko Ngenderwako ya Facebook.
Kuronka ubufasha ku bijanye n'inyifato y'urwanko
Menya ico wokora mu gihe ubonye kuri Facebook ikintu gihonyanga Amategeko Ngenderwako yacu.
Je mu Gisata cacu Gitanga Ubufasha